Listen

Description

#KwaNsabiyumva Icegeranyo y'ibiganiro vy'unomunsi: 

1. Miss Burundi is essentially a beauty pagent. 

2. Projet izoba réalisé ni iya Miss yatowe, sous la personalité légale de l'organisation Miss Burundi. 

3. Umuntu ashaka gushigikira projets z'abadauphines aca kuri the organisation.

4. Ushaka gushigikira the others, you reach out directly to them. 

5. Muri ino minsi biragoye kwuguruza association muburundi. Therefore, moyen yo kubafasha ni kw'integra leurs projets dans des associations existantes.

Bref: ibibazo vyose vyishuwe in terms "how to help". Ntihagire umuntu azoza abaza/acritiqua ngo ntacakozwe ataeffort yagize. Nafashe screeshoots z'abaje bose so nzobagirira VAR if I hear you complaining Kwidoga vyaheze unomunsi! #KwaNsabiyumva

Hama merci merci merci @MDacia #BaguhePrix Ntaco twari kuyaga iyo utaza! Merci kandi kubatwip bose bacontribué avec des questions, des avis et des blagues. Nahamenyeye vyinshi jewe, sinzi nk'abandi. #KwaNsabiyumva - CHRIS