Olympe Niragira adushikiriza ingene yatanguye kwiga no kuvuza inanga. Yaganiriye na Browtzky. Abifuza kuyaga na Olympe bomukurikira kuri Twitter canke Facebook @niragira_olympe