🤗 Mwiriwe na canecane kuri bamwe bacerejwe n’imishatsi, abariko biyumvira ko ibisuko vyashaje, abapfasoni n’abakobwa batinya kwimosha kubera batokira ikibano 😁
💇🏾♀️ Ariko kubera iki mubitinya ? Akaranga ? Abo mukundana ? Nimutege amatwi uwabishoboye.
#YagaPodcast #umubiriwacu