Mbega burya biratworohera nk'Abarundi kuvuga ijambo “Oya” ? Ubwo ntihari vyinshi twemera kugira turyohere abantu atari uko twari tubishaka ? 😒