Guteka, gukurikirana abana, kumesa, gukubura n’ibindi nk’ivyo bifatwa nk’ibikorwa vy’abakenyezi. Umugabo abikora arasuzugurwa na bamwe n’abandi, ahandi agafatwa nk’uwahawe imiti n’uwo bubakanye 😕
Ivyo biri uko mu gihe iyo hageze kwubaka, umugabo n’umugore bemeranya gufashanya mu mahirwe no mu marushwa. Ariko none, ibikorwa vyo mu nzu koko ni ivy'umukenyezi wenyene ? #YagaPodcast #UbuzimaBwAbubakanye