Listen

Description

๐Ÿคจ Ngโ€™ico ikibazo abatari bake tumaze kubazwa akarenga rimwe. Ni vyo ni ikibazo gisanzwe, ariko urwaruka rukibazwa rucakira ugutandukanye, nkโ€™uko rimwe na rimwe nโ€™abavyeyi babaza ico kibazo bakibaza ku mvo zitandukanye.
Iyo ugiye ahantu bakakubaza ivyo bibazo wiyumva gute ? #YagaPodcast #ukubaho