Mbega ni ibihe bintu vyashikiye Abisirayeli igihe bariko bayerera mu bugaragwa mubona bisa cane n’ibiriko bishikira abantu b’Imana bo mu misi ibanziriza ukugaruka kwa Yesu ? (raba 1 Ab’i Korinto 10 : 1-11).
___________________________________________________________________________ _____________________________________________________
Mbega Abisirayeli bifashe gute imbere y’igihano Imana yabahaye mu Guharura 14 : 39-45 ?
________________________
Niwiyumvire igihe wakoreshejwe no kwizera n’ikindi gihe wakoreshejwe n’ugukekeranya. Ni irihe tandukaniro rikomeye ryabonetse ?