Soma Mariko 2: 1-4. Mbega ni igiki cariko kiba ngaha?
___________________________________________________________________________ ___________________________________________________________________________
Iyo umuntu afashwe n’idwara, si vyiza gutangura kumwagiriza amakosa. Mur’ico gihe nyene, mbega ni kubera iki gutahura imvo y’iyo ndwara, mu bihe bimwe bimwe, ari intambwe ihambaye yerekeza ku gukira no kugusubirana amagara meza?