Abantu bafise indwara zo mu mutwe akenshi bisanga bagize ubumuga bwo kāumubiri. Zirengangijwe, indwara zo mu mutwe zirashobora guteza ibindi bibazo bikomeye cane. Ariko habonetse ubufasha ku gihe, umuntu arashobora gukira akaba mu zima kandi agakomera cane.