Listen

Description

Though the early years of settlement can be raft, especially when it comes to securing work, there's now a fresh push for refugees and migrants to live and work in regional and rural Australia in a bid to fill gaps and skill shortages in the workforce - Nubwo imyaka ya mbere igoye kugira ngo ushobore kuba wamenyereye igihugu gishasha wimukiyemwo na cane cane iyo hageze ibijanye no kuronka akazi. Hariho umugambi mushasha ujanye no guhamagarira impunzi ngo zije kuba hagati mu gihugu kuko hariyo abakoresha benshi bakeneye abakozi muri Australia.