podcast
details
.com
Print
Share
Look for any podcast host, guest or anyone
Search
Showing episodes and shows of
John Niyondiko
Shows
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 69. Tugende tubwire abandi ivyo Imana yadukoreye
I once was lost but now I am found, was blind but now I see.
2024-02-21
14 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 68. Shira Ibirwanishwa Vyawe Hasi, Imana Ikurwanire
2024-01-24
18 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 67. Gira amaso abona inyuma y'umusozi nka Mariya na Yosefu
2023-12-13
21 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 66 Gira Amaso Abona Inyuma y'umusozi
2023-12-06
14 min
John K. Niyondiko podcast
INV 65 - Kora gutya nimba ushaka kubona Imana
2023-11-22
17 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 64. Wewe baharire kandi ubasabire ivyiza hanyuma urabe ibikurikira!
Ukudaharira gushobora kuba imihongero canke imiryango izibira inyishu z'amasengesho yawe. Harira kandi usabire ivyiza abansi bawe hanyuma urabe ibiza kukubako.
2023-10-17
16 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 63. Yesu Umurwaneza par excellence
2023-09-20
16 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose - Ntukihore 2 : Cira aha ndamukubite! Uramuhoye kandi umwigishije kwihora!
Iyo ubwiye umwana ngo "cira aha ndamukubite, agacira mu kiganza cawe, hanyuma ukikubita canke ugakubita uwuri iruhande yawe canke ugakubita igiti, uba umuhoye kandi uba umwigishije kwihora. Sigaho! Ntukongere kubikora!
2023-08-22
12 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 61 - Ntukihore1
2023-08-09
12 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 60. Icompa Abantu b'Uhoraho bose Bakavugishwa Nawe!
Twipfuze ko abandi bene Data bose bovugishwa n'Imana bose kandi bose.
2023-07-20
09 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze vyose 59. Umviriza iyi nkuru y'uwu Mugabo!!
Uwu mugabo yitwa Mose yipfuza ko abantu b'uhoraho bose bavugishwa nawe. Ntiyashaka ko aba rurangiranwa wenyene. uburwaneza bugaragarira mu gushira imbere abandi.
2023-07-12
14 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 58. Gira amaso abona ivyo abandi batabona; ibiri inyuma y'umusozi. Akarorero ka Aburahamu
Iyo umunyu yicishije bugufi, iyo yiyoroheje, iyo atekereje, aba ari ikimenyetso cerekana ko abona ibiri inyuma y'umusozi, ivyo abandi batashoboye kubona. Aburahamu atubere akarorero. Yaretse umuhungwabo Loti ngo abanze atore aho ashaka kuja kuba. Aburahamu atora mu nyuma ahaboneka ko hatari heza. Ariko aho nyene niho Imana yaciye iza iramwiyerekera, niho yaronkeye umugisha.
2023-05-31
16 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 57 - Ca Bugufi Wihane Utarahanwa
2023-05-17
15 min
John K. Niyondiko podcast
Iyo Nabageze Vyose 56 - Umurwaneza wa mbere mw'isi yoooose
2023-04-26
14 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 55. Urahiriwe wewe utuntuzwa n'ubukene bwawe bwo mu mutima
Ubukene - ubworo bwo mu mutima, iyo umuntu amaze kubwibonako, hanyuma agaca atuntuzwa n'ubwo bukene kuburyo bimutera kurondera guharirwa ivyaha vyiwe, aba ari umuhirwe.
2023-04-12
13 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 54' - Tugire ubworo bwo mu mutima"
Kugira ubworo bwo mu mutima ni ubutunzi budasanzwe.
2023-03-02
15 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 54 - Tube aboro mu mitima yacu
Kugira ubworo bwo mu mutima ni ubutunzi budasanzwe.
2023-03-02
14 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 53. Hahirwa series - Introduction
2023-02-22
12 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 52. Yesu ni nde?
Yesu ni Jambo w'Imana Yesu ni UmuremyiYesu ni Umwami Yesu ni Umuherezi MukuruYesu ni Umukiza atanga agakiza - sozoYesu ni we atanga amahoro - shalom: tranquility, wholeness, completeness, health, wealth, propsperity, favor, the ability to finish, to be safe. Ni Imana Yesu ntaterwa n'isoni ryo kutwita aba frères (n'aba soeurs) biweNatwe yatugize abami n'abaherezi: we reigne and give command and we serve - intercede on behalf of others. We operate this way as we pray and fast and do it in the name of Jesus our Savior a...
2023-02-01
15 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 51 Bigaragare ko turi abo Twahamagariwe Kuba
Igihe Yesu yakoresha ijambo ishengero - ekklesia, abamwumvise batahuye iki? Batahuye ko abarungitse kumuserukira mu mahanga yose,
2023-01-11
16 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 50. Ni Igiki Cazanye Yesu Mw'isi?
Jesus came in the world to be like us so to save us from our sins
2022-12-21
13 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 48'. Igitangaza cawe kiraje kandi uratabarwa nta kabuza.
Ubwo hageze ko utabarwa, igitangaza cawe kiraje kandi uratabarwa nta kabuza. Imana ntikangwa ikintu na kimwe mu bikurwanya, ntikangwa abasirikare, amasasu, abakwanka, abakuvuga nabi, n'ibindi.
2022-11-22
12 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 48. Uratabawe nta kabuza
Since it is your time to be rescued, your miracle has arrived; no one can block your miracle
2022-11-16
12 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 47. Inyungu ziva mu guhomba 6. Ugusenga Igice ca 2
When we pray, we get changed to be able to receive what God has planned for us
2022-10-12
14 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 46. Inyungu ziva mu guhomba 5. Ugusenga 1
when we pray, We are humbling ourselves before God. We get rewarded; we benefit from it. We do not pray to change the will of God. We pray to have communion with the living God in such a way that he will change you to have the ability to receive that which he has for us. Ravi Zacharias
2022-09-28
15 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 45. Inyungu ziva mu guhomba 4. Gusenga
We pray not to change the will of God but so we get changed to be able to receive what God has in store for us. Dusenga ngoabe ari twebwe duhinduka ngo twakire ubugombe bw'Imana kuri twebwe, ntabwo ari ukugira ngo Imana ihindure ubugombe bwayo
2022-09-28
26 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 44. Inyungu Ziva mu Guhomba 3 - Umusaraba
Let us learn from Jesus and have an attitude like his. He humbled himself up to being crucified on the cross. To endure our tribulations, troubles, and hardships, we need to fix our eyes on the rewards we will get after overcoming and finishing the race. Yesu yashinze ijisho ku nyungu azoronka arangije ivyo kubambwa no kuducungura vyose, aca ashobozwa kwihanganira isoni z'umusaraba. Inyuma y'amageragezwa n'ingorane ducamwo, hariyo inyungu nyishi. Iyo ugize ico uhevye, ukihebera uwundi, umukene, umupfakazi, canke impfuvyi, harimwo inyungu nyinshi ziteye igomwe.
2022-09-07
22 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 43. Inyungu ziva mu guhomba 2
Iyo ugize ico uheba uraronka inyungu. Kugira Yesu aronke izina riri hejuru y'ayandi mazina yose yahawe amaze kurangiza igikorwa co gucungurira ivyaremwe vyose Imana Data, vyamusavye guheba gato ukuringanira n'Imana. Yari Imana ariko aca bugufi acika uwusa n'bantu. Nkuko Yesu Yabikoze, natwe twicishe bugufi, harimwo inyungu nyishi.- Ca bugufi usenge- Ca bugufi usome ijambo ry'Imana uryige kugira rikuyobore- Ca bugufi ukorere abandiEmera uhombe harimwo inyungu.
2022-08-16
19 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze vyose 42. Inyungu ziri mu guhomba
Gaining by losing is a great principle. Yesu yahevye ivyo mwijuru, icubahiro, ubutunzi, nibindi kugira ngo ashobore kuronka no gukiza icari carazimiye. Ntiyiyumviriye ko kuringanira n'Imana ari ikintu co kwumirako. Yisize ubusa acika usa n'abantu, yambara ishusho y'umugurano.
2022-07-27
18 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze vyose 41. Kuki Wirata kandi Ata Na Kimwe ufise utahawe
We own nothing in this world. Everything was given to us. Reka kwirata Nyabuna koreshereza Imana ivyo ufise vyose.
2022-06-29
22 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 40. Twuzure Yesu, Duhindure Isi - Remversons le Monde
The message of Jesus Christ, him crucified, proclaimed by people filled with the Holy Spirit, turns the world upside down.
2022-05-26
15 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 39. Menya ikibanza cawe urimwo
2022-05-11
16 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 38. Ibiva mu kwizera nyakuri
Ukwizera nyakuri kuba guhagaze ku Kuri. Ijambo ry'Imana ni ryo kuri. Yesu ni we kuri. Ico Imana ivuze ni ukuri. Uwemeranya n'ukuri abona ivyamwa vyiza kandi bikomeye.
2022-05-04
15 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 37: Tube indogoba Yesu agirako
Yesu Igihe yinjira muri Yerusalemu yakeneye inyana y'indogoba agenderako. Yesu akeneye abantu akoresha kugira ngo akore ubushake bwiwe; akeneye abo akoresha. Ivyimburwa ni vyinshi ariko abimbuzi ni bake.
2022-04-27
19 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 36. Kubera iki ukomeza kuremerwa?
Yesu avuga ati ni munkorere amaganya yanyu yose
2022-04-12
16 min
John K. Niyondiko podcast
Yesu ataraza uruphu rwoza - Tunganya ivyo mu rugo rwawe
2022-04-07
04 min
John K. Niyondiko podcast
Ibuye abubatsi bagaye
2022-04-07
03 min
John K. Niyondiko podcast
Simameni ni agizo la Yesu
Written in 2003
2022-04-07
05 min
John K. Niyondiko podcast
Wewe ubuze amahoro nuze
2022-04-07
06 min
John K. Niyondiko podcast
Nzonezerwa maze gushika
Written in 2003
2022-04-07
05 min
John K. Niyondiko podcast
Nimugire muri mwebwe wa mutima - Song
Witten in 1994 at Kiremba Pentecostal Church in Bururi Burundi
2022-04-07
04 min
John K. Niyondiko podcast
Tuzoshonyanga tugiye mw'ijuru
Written around 2003 and recorded at TWR Burundi by Charles Haringanji.
2022-04-07
03 min
John K. Niyondiko podcast
Ku ngoma ya mesiya - Song
Kungoma wa Mesiya. I wrote this song in 1994 at Kiremba Bururi Burundi.
2022-04-07
05 min
John K. Niyondiko podcast
Guca bugufi kwa Yesu - Song
Written in 1994. Numvise nshaka kugira ama chorus avuga ivuka rya Yesu ishengero ryokoresha mu bihe vyo kwibuka ivuka ry'Umwami wacu. Ni bwo na composa ama choruses ashika nka munani.
2022-04-07
07 min
John K. Niyondiko podcast
Ninde ahwanye nawe?
Written in 2003
2022-04-07
06 min
John K. Niyondiko podcast
Ndaririmbira Uhoraho
I wrote this son back in 2001 after the wedding of Emile Bigirimana. I had just experienced how God had let us have ceremonies without rain while it was pouring hard around us.
2022-04-07
05 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 35. Urukundo nyakuri iyo bikenewe ruriheba rukitangira abandi
Nimba utarakunda abandi kugeza aho wobitangira, hari ahantu utaragera
2022-03-17
16 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 34. Imana Yakujanye mu Bugaragwa ngo Ikuganirize
Mu giheburayo, ijambo Ubugararwa (ubutayu) ni Midbar. Iri rikomoka muri davar, naryo rikaba risigura "kuvuga." Ubugaragwa ni ahantu Imana ivugira. Iyo turi mu bugaragwa, twitegurire kwumva ico Imana iriko iravuga.
2022-02-17
15 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 33. Guma mu kibanza Imana yagushizemwo, aho Imana igushaka. Ibanga ry'umugeni
We were each created to the bride. Deep down in the center of our being, in our deepest heart, we seek to be filled. As the bride is made to be married, so, we all were made to be the bride of God. We need to marry God by joining every part of our life and being to God in order to be complete.
2022-02-09
15 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 33. Guma mu kibanza Imana yagushizemwo- aho imana igushaka
Existence is a love story. We were each created to be the bride. Deep down in our being, in the deepest part of our heart, we seek to be filled. We are the bride who were created for God, the bridegroom.
2022-02-09
15 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 32. Harura imisi yawe
Imisi yo kuba kwisi ni mikeya; tugire ubwenge, tumenye ingene twitwara n'ingene dutegura kazoza kacu. Umuntu apfukamye agasenga, ahabwa ububasha bwo gutegura (prepare), GUHINDURA ibitohindutse. Sengera igihe kiri imbere yawe. Woye kurindira ko ingorane zibanza gushika, senga zitaranaza. Iyo tugiye ku mavi tugasenga Imana irahishura ivyo muri kazoza. Tegura kazoza kawe; ku mavi.
2022-02-02
17 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze vyose 30. Ni kuki wiganyira?
Iyo dukekeranije Imana, uwo iri, duhita tugira ubwoba tugashaka kwirwanira kandi tutari bubishobore, tugaca dutangura kwiganyira.
2022-01-27
15 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 29. Ivyo Imana yakoze muri kahise bikuze ukwizera kwawe ko izokora ibindi muri kazoza
2022-01-19
20 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 28: Uriko urangiza umwaka ute?
Imbere yo kurangiza umwaka, ni vyiza ko umuntu asuzuma ivyumwaka urangiye hama akagira imihigo ya kazoza. Weho, urangije umwaka ute?
2021-12-30
16 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 27: Gumana Ivyizigiro
L'espoir fait vivre. Hope is the anchor
2021-12-19
16 min
John K. Niyondiko podcast
Urukundo - Igipimo kigaragaza ko umuntu ari mu muco
Umntu avuga ko ari mu muco ariko akaba yanka umubanyi wiwe canke uwundi muntu numwe aba ari umubeshi.
2021-12-02
12 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 25 - wigāne Imana.
Dukunde nkuko Imana ikunda, Tubeho ubuzima buhimbara Imana, dukore Ibintu nkuko Yesu Kristo yobikora iyaba yari hano.
2021-11-11
13 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 24: Ibwirizwa risumba ayandi
Love the Lord your God with all your everything and love your neighbor as yourself are a summary of the 10 commandments.
2021-10-14
15 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 23. Imana yawe iri ku ngoma
Imana yawe iri ku ngoma.
2021-09-30
16 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 22. Kugira akamere k'urukundo
Abakiri Yesu akababera Umwami n'Umukiza wabo, abaha akamere k'ubumana bwiwe, akamere k'urukundo.
2021-09-16
17 min
John K. Niyondiko podcast
Ijambo ry'Imana - Gukurikira Yesu - The cost of following Jesus
All I have commanded you
2021-09-11
43 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 21- Icagezwe c'urukundo
Egome birashoboka ko ukunda uwutagukunda, ko ugirira neza uwakugiriye nabi. This is the mark of those who belong to Jesus Christ: LOVE with the Love of God
2021-09-09
15 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 20. Twizeye Yesu Kristo yanesheje satani
Kubera iki iyo akabazo kavyutse duca tugira ubwoba? Duca tugomba kwirwanira? Yewe humura, izere umwami Yesu Kristo, yaranesheje satani. Muhamagare, mubarire ivyo bikugoye.
2021-08-26
18 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 19: Ukwizera kutubashisha kugendera hejuru y'imisozi
Mbega yesu ni yaza azosanga ukwizera mw'isi? Kubera ukwizera tubasha kugendagenda hejuru ku misozi tukayitambagirako.
2021-08-19
17 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 18: Hari ubushobozi mw'izina rya Yesu
Yesu yasize atugeze ibintu vyisnhi. Muri vyo harimwo gusenga. Iyo usenga umenye ko harimwo ubushobozi mwizina rya Yesu Kristo Umukiza wacu.
2021-07-15
15 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 17: Senga Wizeye, Koresha Ijambo ry"Imana
When we pray, we need to have faith. Faith in who? In God. We need to use the Word of God and stand on His promises. When we proclaim and declare his words in faith, our prayers become decrees that we utter over whatever we are praying for/about. These things and situations have to obey. Glory be to God.
2021-06-24
16 min
John K. Niyondiko podcast
Old PTI worship team members visiting at PTI church
PTI worship team
2021-06-19
03 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 16: Hagarara mu kirengero
God is calling you and me to stand in the gap - to intercede for others, for our churches, our families, our cities, our neighborhood, our countries, our ministries, etc
2021-06-10
16 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 15 - Tarika amaboko
Iyo umuntu ataritse amaboko mu gusenga aba avuze ati Mana sinshoboye, nuze wewe urwane kuko urabishoboye
2021-05-23
12 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose 13: Ivyiza bine biva mu gushima Imana
Birabereye gishima Imana - It is good to praise the Lord
2021-05-12
16 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 12 - Dusenze Imana irakora bigahinduka
When the people of God pray, God works and things get changed for real and for good.
2021-04-28
15 min
John K. Niyondiko podcast
Tabara tabara
Uwushobora gufasha kuvuza Celestin Havyarimana ahamagariwe kugira ico akoze. Umudame wiwe Justine ariko ababwira kwo vyagenze n'ukwo bimaze.
2021-04-23
04 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 11 - Senga gutya
Jesus taught us to start our prayer time with praise and to close it with praise. You remind God who he is, you remind yourself who God is, and you remind satan who God - the God who resurrected Jesus of Nazareth from the dead, is; you are telling even the problems and issues that are in your life that God is way bigger than them. Hallelujah.
2021-04-22
14 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 10 - Ntaco Urira
weep no more! No matter what you are going through. Jesus is with you. He is able to save you. He is the Lion and the Lamb. weep no more. Just believe.
2021-04-14
17 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 9: Kwizera Imana - Kwizera ico Imana ivuze n'ivyiza bivamwo
When you believe and do what God tells you to do, you will see great results. In the first place, it may sound that God asks you to do a stupid thing. However, when you obey, you will see amazing things.
2021-03-31
19 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 8 - Zana abandi kuri Yesu
Yesu yatanze itegeko ko buri muntu wese amaze kumwizera akora igikorwa co kuzana abandi kuri we, bagahinduka abigishwa biwe. Haguruka yewe wakijijwe ubwire abandi ko Yesu abakunda kandi ko ari Umwami, ko bakeneye kumwakira mu mitima yabo.
2021-03-24
14 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 7: Kubatirizwa
Kubatizwa ni icangombwa Yesu yategetse ko buri muntu wese amwakiriye agakizwa ategerezwa gukora
2021-03-03
19 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 6 - Genda amahoro
When Jesus saves you, after you repent and believe, you hear these beautiful words, "Go In Peace." When you do, you will never be the same.
2021-02-24
18 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 5 - Ukwihana nyakuri gufise ivyamwa
Iyo umuntu yakiriye Yesu Kristo, biramenyekana, abandi barabibona. akarorero ka Zakayo
2021-02-18
15 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose 4: Mwihane bigaragarire bose
There is an unseen but real kingdom. The day you enter it, you surely know you are in it. And from that moment, others will realize that you are a different person. Hey, come on in!Hariho ubwami bw'ukuri naho butabonwa n'amaso y'umubiri. Umusi ubwinjiyemwo, uramenya neza ko wabugezemwo. Kandi nabandi bahita babona yuko hari ikintu cabaye. Nyaruka winjire!
2021-02-10
19 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze vyose 3: Uwamaze gushika mu bwami bw'Imana iyo acumuye ingoma n'amafirimbi biravuga akabura amahoro
2021-02-04
01 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nabageze Vyose: Mwihane Mwizere ubutumwa bwiza
2021-01-28
14 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo Nageze vyose: Ububasha bwa Yesu bumubashisha guhamagara amahanga yose ngo aze kuri we
2021-01-18
14 min
John K. Niyondiko podcast
Ivyo nabageze vyose: Umugambi w'Imana urakomeza
Nubwo icaha cononye ivyo Imana yaremye, Imana ikomeje umugambi wayo wo gusubiza ibintu mu rutonde, kandi turazi ingene urukino ruzorangira
2021-01-14
13 min
John K. Niyondiko podcast
A story of love for you
2020-11-18
06 min
John K. Niyondiko podcast
All I have commanded you
Believing in Jesus the Messiah, the one who was criscified and who rose from the dead gets in a Kingdom whose lifestyle is what Jesus comanded.
2020-11-18
00 min